A Barundi barakeneye uwobahoza aagakiza imitima yabo kugira babandanye n’iterambere
Abandi bibutse ingene vyari bimeze kw’igenekerezo rya 30/04/31. Benshi bavuze ivyo babonye mu ntara iwabo. Uyu yagize ati: “ TWIBUKE ABACU BAZIZE UBWOKO BATARI BARIHAYE KWIYI TARIKI YA MBERE RUSAMA UKU SIKO VYAHOZE!!! NDIBUKA NEZA IVYO NABONYE N’AMASO YANJE IGENEKEREZO RYA 30/04/1972 Hari nkisaha y’umunani z’umutaga,aho nari mwibarabara rya Bujumbura-Bubanza,neza na neza ku kimanga co […]